Ego, tura bana bimana abenshi naba catolika , aba islam na barokore bene paul bati no muba islamu hariho ibishusho vyi kofirmasiyo ariyo gutagura imadarasa, guheza umwaka wa gatatu gusoma korani yose.... hama nibidi bikurikira ugira mugushaka kwumuntu
reoro ndetse ibisabisho batugiriye , twaraye turonse izindi tsinzi nyishi cane gose
http://www.rlef.eu.com/burundi/introduction
muze gushira iyo link muvyirabire kubera iyo umuntu arinze yemegwa habahari ho igituma ingiro zigisha neza iyo abantu bazi ico bagira iyemezwa yi myaka idwi nico kimenyetso cerekana ko twa kuze kandi dushobora kuzo shikana ubuzima bwabacu imbere mugabo bisaba vyishi gusuba uko twahora tubibona mugabo tuzo habera abagabo aba fyinye bibaza ko bataba bona muragabe twarutsize tuzo bakorera neza hama namwe bakinyi mutere imbere nkimizinga tuve mwubu bukene ko ngikuru nuko mwo kwimenyereza gusumba ntidusubire kubona nki zo sura kwisana mu ikurikira, Moussa atumvise ko yatsinzwe nabo yeretse....
ishaka mubikogwa riza na vyishi itsinzi canke icigwa cu kumenya ibindi nukurushirizaho, itsinzi ikakubwira uragabe ejo ntibizoba vyroshe kuko itsinzi ni gihemu irakugewuka igasigara y'itwegera gusa ....
iyo twigisha ugwaruka mu vyi mibano ni bindi vyishi bajanye n'ukubaho neza ntitubifata nkumwigisha w'ibiharuro ko we ivecteur no vecteur ata reference kwisi sinzi nko muri espace suko muvyita mwebwe mukiyanonosora
irindi sango rero muzo rimeya kwitariki 11.06/2016 munama ya bakinyi naba menyereza tigers Rugby league de kinindo na Kinindo Impala rugby league bara ca fise inkino 4 zo kugira urugamba ruracari ru re rule... cane gose gusshika itariki 31/12/2016 mugabo mumenye ko kuva kwitariki 1/11/2016 aba jejwe ku tugenduza bazoza knadi ntituzi abaribo mugabo abatugenduje mumisi yahera basanze twifashe neza cane kandi naho aba nya kayanza badashikiriza ivyabo abana bose bimana bari kukazi
mugire idwi nziza mubandanye mukina mwimenyereza munonosora amashure neza naho akazi atari kivunga nuru kino gwohinduka akazi tubikoze neza cane
Ngo baracakiranye
vya nditswe na 9Coach wa ma cach na hubusubira mukirundi udu foto tumwe twarononekaye utwo twobaryohera natwone